Description
Intitulé du poste: | Gérant, Comptable, Chauffeurs et Convoyeurs |
Catégorie du poste: | Transport-Logistique |
Type de contrat: | Contrat à durée détérminée |
Niveau de formation: | Minimum BAC, A1, A2, A3, Humanités Générales, Certificat de fin des études secondaires |
Niveau d'expérience: | Minimum 1 année |
Délai limite de dépot des dossiers: | 18 Juin 2024 2:00 am |
Description détaillée du poste
ITANGAZO RYO GUTANGA AKAZI
lshirahamwe rijejwe gutwara abantu mugisagara ca Bujumbura nomu gihugu hagati iyo bikenewe GIBUCO, riri n'iteka ryo kumenyesha ko rigomba gutanga akazi kubatwara imodokari (chauffeurs) hamwe n'ababafasha (les convoyeurs) mukazi kamisi yose .
lbisabwa :
- Kubatwara imodokari
- Kuba uri umurundi
- Kuba ufise ubumenyi muvyo gutwara imodokari (bus coaster)
- Kuba ufise urupapuro gwemeza yuko uzi gutwara imodokari (permis de conduire) Kuba ufise uburambe mukazi kugutwara imodokari . ikiringo c'imyaka itari munsi y'ibiri.
- Kubafasha abatwara imodokari (convoyeurs)
- Kuba uri umurundi canke umurundikazi kandi ufise indero ndundi mukwubaha abakiriya (passagers) ;
- Kuba ufise urupapuro gw'umustindo n'imiburiburi rutari munsi y'amashure y'isumbuye (ecole secondaire/post fondamentale) ;
- Kuba ukerebutse kandi uzi guharura amafranga;
- Gukora witanga utiziganya mukazi.
- Menya neza : Abarundikazi baratewe intege cane (les candidatures feminines sont encouragees pour ce poste de convoyeurs)
lkete ryo gusaba akazi n'ivyemeza komufise ubumenyi muvyo mugasabiye musabwe kubitanga kubiro vy'lshirahamwe GIBUCO biri kw'isoko ya COTEBU mw'ibahasha yugaye yanditseko inyuma : k'uwurongoye ishirahamwe GIBUCO i Bujumbura.
lbisabwe bizokwakirwa gushika kw'igenekerezo rya 18/6/2024 igihe c'isaha icumi 16h00 z'umuhingamo.
3.Abandi biphuza guhabwa akazi:
Gérant
Comptable
Bigiriwe i bujumbura, kuwa 13/6/2024
Umukuru w'Ugwego nshingwantwaro rwa GIBUCO
Hon. NDIKUMANA Constantin
Nom de l'entreprise: | Coopérative Gitega Business Company "GIBUCO" |
Adresse: | Volcano MEMENTO AIR PONCTUEL, Chaussée de l'Agriculture, Ngagara, Ntahangwa, Bujumbura Mairie, Burundi |