Appel à projets-incubation de projets de femmes entrepreneures
Lieu: Boulevard Melchior Ndadaye, Bujumbura, Burundi
Description
- Un cadre stimulant/ikirere gitera intege kandi gituma umuntu akora neza: sessions intensives de formation et d’échanges pour booster ton projet/ Inyigisho nkaburabwenge n’ibiganiro bifasha guteza imbere umugambi wawe
- Une communauté dynamique/ikibano gikerebutse : rencontrez d’autres entrepreneures et élargissez votre réseau/ Guhura n’abandi bakenyezi bifasha kwagura ubucuti n’abandi bakenyezi basanzwe bafise imigambi barangura.
3. Engagement des participantes / Ukwiyemeza
- Ce programme exige un engagement réel. Les candidates qui abandonnent en cours de parcours ne seront plus éligibles aux opportunités futures (formations, accompagnement, réseautage, etc.). / Uyu n’umugambi usaba ukwiyemeza cane. Abazowuvamwo batari bawurangije ntibazokwemererwa gusubira mu yindi migambi (amahugurwa, gufashwa, n’ibindi).
- Ce programme ne fournit pas de financement direct. Il est destiné uniquement aux femmes prêtes à développer activement leur projet. / Uyu mugambi ntutanga amafaranga. Ugenewe abakenyezi biteguye guteza imbere imigambi yabo.
- Avant de postuler, assure-toi d’être disponible et motivée pour suivre le programme jusqu’à la fin. /Imbere yo kwiyandikisha, menya neza ko ufise umwanya n’ishaka ryo gukurikirana inyigisho gushika uhere.
4. Détails pratiques/ Uko bitunganijwe:
- Durée/ ikiringo : 6 mois avec alternance de session de formation en salle, activités pratique et coaching en salle pour te permettre de progresser efficacement/ Amezi atandatu harimwo inyigisho zikorerwa mw’ishure, inyigisho zikorerwa hanze y’ishure hamwe n’ugukurikiranwa n’aborosha bibera mw’ishure kugira bitume uter’imbere
- Lieu/Ikibanza : Bujumbura et Kayanza, avec le premier module démarrant le mois de novembre 2026/ inyigisho zizobera i Bujumbura no mu Kayanza zikazotangura mu kwezi kwa Munyonyo 2026
- Sélection/Guhitamwo : Les projets seront évalués sur la base des critères suivants/ imigambi izocagurwa dufatiye kuribi bikurikira :
- Innovation et originalité/ umugambi mushasha utamenyerewe,utarakorwa n’abandi .
- Faisabilité et viabilité commercial/ Uko uzokorwa n’ubuzima bwawo murudandazwa
- Impact potentiel sur la communauté ou l'environnement/ Ico umugambi uzomarira ikibano canke aho ubaye.
Seules les candidates retenues seront contactées pour participer au programme de préincubation. Pour toute question ou information supplémentaire, n’hésitez pas à nous contacter à l’adresse électronique : DKaze@medicamondiale.org, AZidona@medicamondiale.org ; Tél : 69 168 709 / 76 136 301
Abazoba batowe nibo bonyene bazohamagarwa bongere bamenyeshwe urutonde rw’ibizokorwa mu mugambi w’inyigisho nyunganirabwenge mu kwitunganiriza imigambi. Mufise ibibazo canke izindi nsiguro mushikirize muciye kungurukana bumenyi canke kuriterefone : DKaze@medicamondiale.org, AZidona@medicamondiale.org ; Tél : 69 168 709 / 76 136 301
Nous avons hâte de découvrir vos projets ! medica mondiale situé dans les locaux de WeWorld-GVC, Boulevard Melchior Ndadaye n° 74, Quartier Asiatique, Commune Mukaza, Bujumbura,Burundi. www.medicamondiale.org/ www.femmedebout.org
Turindiranye igishika cinshi imigambi yanyu aho dukorera :
Munyubakwa ya WeWorld-GVC, Boulevard Melchior Ndadaye n° 74, Quartier Asiatique, Commune Mukaza, Bujumbura, Burundi. www.medicamondiale.org/ www.femmedebout.org
Date Limite pour postuler/ Itariki ntarengwa y’ugushikana cnke kurungika imigambi yanyu : 09 octobre 2026 à 15h00/ itariki 09 z’ukwezi kwa gitugutu 2026 isaha icenda
Candidature/ :
Si tu es une femme entrepreneure avec une idée de projet ou en début de parcours entrepreneuriale, ce programme est conçu pour t’accompagner et te soutenir dans la réalisation de tes ambitions. / Ukaba ur ‘umukenyezi canke umwigeme asanzwe arangura imigambi y’ukwiyungunganya, ukaba ufise ivyiyumviro canke ukiri muntango z’umugambi wawe, izi nyigisho zatunganijwe kugira zigufashe mu gushira mu ngiro ivyo wamye wipfuza
La participation est compétitive et se fera sur sélection. Nous recherchons des candidates qui non seulement répondent au profil recherché mais qui montrent aussi un potentiel et une motivation exceptionnels.
Le programme est offert gratuitement et est soutenu par medica mondiale/
Mukugira ushobore gukurikirana izo nyigisho uzohiganwa n’abandi hongere habe ugucagura. Twipfuza abazohiganwa berekana ko bakeneye kandi bipfuza cane izo nyigisho. Izo nyigisho zizotangwa k’ubuntu n’ishirahamwe medica mondiale.
Le nom, l'adresse e-mail et la photo associés à votre compte Google seront enregistrés lorsque vous importerez des fichiers et que vous enverrez ce formulaire.